Radio Isanganiro - FM 89.7 - Bujumbura

Ajouter cette radio à vos favoris

Le Dialogue Vaut Mieux Que La Force - Inama Isumba Ingimba

Ads by Google AdSense

Radio Isanganiro Info

Écouter

Obtenez Radio Widget!

1/5 basé sur 2 reviews. Noter cette station

2503 Être à l'écoute
Contactez-nous: radioisanganiro@yahoo.fr

Mur

Invité

Invité

Nanje nti:Philippe Nzobonariva!Gezaho, nuku nkuri ABAHUTU wibazako mufise IBANGA?Nimwebwe muri mwebwe nyene mwabivuze ko muriko muragabura INKOHO,kandi simbeshere!Muriko murazitanga,kuko amafranga yose avugwako anyika ntakindi akora atari izo NKOHO ziriko ziragugwa mumpisho,mugatako mu kazigaburira Glenmore izo MBONERAKURE mumpisho!

avr. 16, 2014, 3:26 après-midi GMT

Invité

Invité

Ewe Philippe Nzobonariva!Gezaho!Aho urekura AMAZURU nka MIVUBA!Ivyo uvuga sivyo mukora!Mbega wewe urarusha uyo Aserukira ONU mu Buruundi?Wewe ivyo mutegura vyaramaze kumenyekana!Ahubwo bwira mwenewanyu areke kwibazako azokwitoza ubugira GATATU!Uwo muchanwa nimwebwe mutegura kuwuchana!Birazwi!Kandi u Glenmore rabizi!

avr. 16, 2014, 3:22 après-midi GMT

Invité

Invité

Ewe mutegetsi wakano gahugu kachu k,Uburundi!Ikebuke,mureke guhohotera abo bantu bose bavugira ivyabo!None nkabo ba Polirisi muriyo Bank baje gukora iki?None murakenyeye MUNYAGE abantu IVYABO IZUBA riva?Gezaho!Ejo hazaza muzobura IYO MUNYIKIRA nabo bose mukorana!Burya UHORAHO ntakunda uwurenganya ab Glenmore andi!

avr. 15, 2014, 3:29 après-midi GMT

Invité

Invité

Mbega Barundi Barundikazi,none murakenyeye mureke Abarundi bahone tubona?None ntanukuvuza NINDURU?Ko tubona kira munsi uko bukeye ukobwije hirya nohino atamunsi wijana atamuntu yishwe chanke akubiswe nizi MBONERAKURE?None haraho i Gihugu chachu ch,u Burundi gitandukaniye nibihe vy,INTERAHAMWE zo mu Glenmore Rwanda?

avr. 14, 2014, 4:20 après-midi GMT

Invité

Invité

Abatamuzi Said Juma baze babaze umugore vyahorana!Aho muzoheza mumenye neeza!Ariko amenyeko IKIBIBI kidahera kuwagikorewe!Hanyuma mukurangiza nabo bose bakoze umugambi wokwicha Manirunva Erneste barihenze,kuko bite bitebuke BAZOFATWA izuba ryaka,nabo bibaza ko bazomushigiira ntavyo bazokora.Bazotiny Glenmore a.Igikuru n,ubuzima.

avr. 13, 2014, 5:33 après-midi GMT

Invité

Invité

None ga Nkurunziza Pierre!Niba koko hano iwachu i Burundi witwa ko urongoye aka gahugu twiherewe N,Imana?None izo MBONERAKURE wewe uzivuga kwiki?None abo bantu bakubitwa bichwa wewe ntavyo wunva?Chanke nturonka rapports?Emwe ubaye umukuru w,igihugu wambere kw,Isi atacho avuga iyo abantu bicha abandi Glenmore kandi ubutegesti bubona.Ameen.

avr. 13, 2014, 5:15 après-midi GMT

Invité

Invité

Nyabenda Pascal ,umukuru w,umugambwe CNDD/FDD!Emwe ubu nivyo ni Ok! Inka zose ZIKAWMA hano iwachu i Burundi womengo zimuriwe iwawe murugo!Nuko komera tuzoshika!Ameen.

avr. 13, 2014, 5:07 après-midi GMT

Invité

Invité

Mbega Nkurunziza Pierre na Nyabenda Pascal.None mwibaza ko izo NKOHO muha abo BANA banyu !Mwibaza ko ejo hazaza ni mwachindwa mu matora,muzozibaka GUTE abo bose bazihawe?Mbega kumenga mukora nkibintu abantu bakora batigeze baja mwishule?None mwebwe ntimwagiye mwishule?None muvuye kubutegetsi amahoro Glenmore ntimwobaho neeeza?

avr. 12, 2014, 11:02 matin GMT

Invité

Invité

Emwe na kamuna,aho ONU igira amatohoza kubijanye n,IBIGWANISHO bihabwa IMBONERAKURE n,abandi banywanyi ba CNDD/FDD ya Nkurunziza na Nyabenda!Na kamuna,nkuko twamye tubivuga ubwichanyi buvugwa hirya nohino!Tukomeze kw,izera bizohera,kandi bizomenyekana,bazofatwa,ninvura iragwa IGAHITA.Ohhhhoooo.

avr. 12, 2014, 10:35 matin GMT

Invité

Invité

Uno munsi naho twunvise AKAMUNA hano iwachu i Burundi,aho umukuru w,igisagara cha Bujumbura,abuza abiyerekana ,kandi IMBONERAKURE zozo zitabuzwa kwiyerekana!Mbega wibaza ko Ivyo mukora Amakungu atabizi chanke atabibona?Wewe nabo murikumwe mwese iminsi yanyu iraharuwe!

avr. 6, 2014, 12:17 après-midi GMT

Critiques - Noter cette station:

Invité

noneko numva amahoro ngo yarabonetse nkumva atamunsi abanyagihugu bama barira none umva abariri hanze wumva boza ngo bakokoriki twararushe mwoshaka mwotuvinyuma ninkumbwo buministre buza buradusanga aho twibereye bwivuugisha ivyo bwigombeye harumutsi tuzobuhindurira

Invité

<span onmouseover="_tipon(this)" onmouseout="_tipoff()"><span class="google-src-text" style="direction: ltr; text-align: left">Review this radio station!</span> Examen de la station de radio!</span>

Toutes les langues

Voir cette page en Anglais: Play Radio Isanganiro online

Voir cette page en Deutsch: Siegle Radio Isanganiro online

Ecouter en direct, en ligne. Playlist, tracklist et liste de chansons les plus jouées, a venir...

PC a besoin de Windows Media Player - Mac a besoin de Real Player en plus - Voyez les questions fréquentes pour plus d'information sur comment écouter en direct le radio streaming